KINGDOM OF BURUNDI
Royaume du Burundi
Royaume du Burundi
* anthem inherited by Republic of Burundi
VOCAL
|
INSTRUMENTAL
|
(in Kirundi)
Burundi bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka.
Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo burikukira.
Komerwa amashi n'amakungu, uhabwe impundu n'abawe,
Isamirane mu mashinga, Isamirane mu mashinga.
Burundi bwacu, ragi rya basokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishaka n'ubuhizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.
Burundi bwacu, nkora mutima kuri twese,
Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana ubumwe n'abagabo n'itekane.
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.
Burundi bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka.
Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo burikukira.
Komerwa amashi n'amakungu, uhabwe impundu n'abawe,
Isamirane mu mashinga, Isamirane mu mashinga.
Burundi bwacu, ragi rya basokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishaka n'ubuhizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.
Burundi bwacu, nkora mutima kuri twese,
Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana ubumwe n'abagabo n'itekane.
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.